XDLXDL
@BankiNkuru , BRB, yemeje ko yibwe amafaranga arenga ibihumbi 814 vy’ama euro mu mwaka wa 2024, akaza kurungikwa muri banki yo muri Pologne. ubwo busuma bwakozwe hakoreshejwe ubuhinga bwo kwinjira mu buryo bwa mudasobwa ata ruhusha, buzwi nka cyberattaque. @bbcgahuza Mwibaze · XDL