Akumiro... Amakuru ava mu Burundi Ku musi Ku musi aza yemeza ko abarundi barindiriye uwoza kubabohoza. Nta kigenda na kimwe, igisigaye co nyene gihari umunyagihugu yoronka Ubu n'impwemu zo guhema gusa. Aha ni mu Rumonge aho abana bari bashonje bahisemwo kury'imbwa. Twahora
@Reynolds Butari
1 grabs
No comments yet
Say something. You’re first.